ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Uze uvugane na we wongere ushire ayo majambo mu kanwa kiwe+; nanje ubwanje nzobana n’akanwa kawe be n’akanwa kiwe+, kandi nzobigisha ico muri bukore+.

  • Abafilipi 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 kuko Imana ari yo iriko ikorera muri mwebwe+, nk’uko biyihimbara, kugira ngo mugire ugushaka mwongere mukore+.

  • 1 Yohani 2:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nayo mwebwe, irobanurwa+ mwahawe na we riguma muri mwebwe, kandi ntimukeneye ko hagira uwubigisha+; mugabo nk’uko irobanurwa mwahawe na we ribigisha ku vyerekeye ibintu vyose+, kandi rikaba ari iry’ukuri+ atari ukubesha, kandi nk’uko ryabigishije, nimugume mwunze ubumwe+ na we.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika