ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 31:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 “Kuko iri ari ryo sezerano+ nzogirana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi+,” ni ko Yehova avuze. “Nzoshira itegeko ryanje muri bo+, kandi nzoryandika mu mutima wabo+. Nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”

  • 2 Abakorinto 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Si uko twebwe ku bwacu ari ho dukwije neza ibisabwa ngo hagire ico tubona ko kiva kuri twebwe+, ahubwo ugukwiza neza ibisabwa kwacu kuva ku Mana+,

  • Abaheburayo 13:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 ibaronse ikintu ciza cose kugira ngo mukore ukugomba kwayo, biciye muri Yezu Kristu ikorere muri twebwe ibihimbaye rwose imbere yayo+; ubuninahazwa bube ubwayo ibihe bitazoshira+. Amen.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika