Abaroma 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ntohirahira ngo mvuge ikintu na kimwe nimba atari ico mu vyo Kristu yakoreye muri jewe+ kugira ngo amahanga agamburuke+ biciye kw’ijambo+ ryanje no ku gikorwa canje, 1 Abakorinto 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo tuvuga ubukerebutsi bw’Imana mw’ibanga ryeranda+, ubukerebutsi bwanyegejwe, ubwo Imana yagenye imbere y’igihe, ibihe bitarabaho+, ku bw’ubuninahazwa bwacu.
18 Kuko ntohirahira ngo mvuge ikintu na kimwe nimba atari ico mu vyo Kristu yakoreye muri jewe+ kugira ngo amahanga agamburuke+ biciye kw’ijambo+ ryanje no ku gikorwa canje,
7 Mugabo tuvuga ubukerebutsi bw’Imana mw’ibanga ryeranda+, ubukerebutsi bwanyegejwe, ubwo Imana yagenye imbere y’igihe, ibihe bitarabaho+, ku bw’ubuninahazwa bwacu.