2 Ngoma 30:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ukuboko kw’Imana y’ukuri kuba no muri Yuda kugira kubahe umutima umwe+ ngo bashitse ibwirizwa+ ry’umwami n’abaganwa ku bijanye n’ibintu vya Yehova+. 1 Abatesalonika 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko rero, uwubikengera+ ntaba akengereye umuntu, ahubwo aba akengereye Imana+, yo ishira impwemu nyeranda+ yayo muri mwebwe.
12 Ukuboko kw’Imana y’ukuri kuba no muri Yuda kugira kubahe umutima umwe+ ngo bashitse ibwirizwa+ ry’umwami n’abaganwa ku bijanye n’ibintu vya Yehova+.
8 Nuko rero, uwubikengera+ ntaba akengereye umuntu, ahubwo aba akengereye Imana+, yo ishira impwemu nyeranda+ yayo muri mwebwe.