1 Abakorinto 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Umuntu nabanze arabe ko abereye amaze kwisuzuma neza+, gutyo abone kurya ku mukate no kunywa ku gikombe. Abagalatiya 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko umwe wese yerekane ico igikorwa ciwe bwite kimaze+, ni ho azogira imvo yo kwirata ku bimuraba ubwiwe wenyene, atari mu kwigereranya+ n’uwundi.
28 Umuntu nabanze arabe ko abereye amaze kwisuzuma neza+, gutyo abone kurya ku mukate no kunywa ku gikombe.
4 Ariko umwe wese yerekane ico igikorwa ciwe bwite kimaze+, ni ho azogira imvo yo kwirata ku bimuraba ubwiwe wenyene, atari mu kwigereranya+ n’uwundi.