1 Abakorinto 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Twebwe turi ibipfu+ kubera Kristu, mugabo mwebwe muri ab’ubwenge+ muri Kristu; twebwe turagoyagoya+, mugabo mwebwe murakomeye+; mwebwe muvugwa neza+, mugabo twebwe turi mu gateterwe+.
10 Twebwe turi ibipfu+ kubera Kristu, mugabo mwebwe muri ab’ubwenge+ muri Kristu; twebwe turagoyagoya+, mugabo mwebwe murakomeye+; mwebwe muvugwa neza+, mugabo twebwe turi mu gateterwe+.