Abagalatiya 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo ku bo wamenga hari ico bari+—naho kera boba bari bande, kuri jewe nta co bihindura+—Imana ntifatira ku kuntu umuntu aboneka inyuma+—mu vy’ukuri abo bagabo bakomakomeye jewe nta kintu gishasha bandonkeje.
6 Mugabo ku bo wamenga hari ico bari+—naho kera boba bari bande, kuri jewe nta co bihindura+—Imana ntifatira ku kuntu umuntu aboneka inyuma+—mu vy’ukuri abo bagabo bakomakomeye jewe nta kintu gishasha bandonkeje.