1 Abatesalonika 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 no kubiyumvira mu buryo burengeye ubudasanzwe, mu rukundo, kubera igikorwa cabo+. Mubane amahoro+. Yakobo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo ubukerebutsi+ buva hejuru imbere ya vyose ni ubutanduye+, maze bukaba ubw’amahoro+, bugira ibitegereka+, bugabirije kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibusobanura abantu mu kugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+. 1 Petero 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 mugabo nahindukire areke ikibi+ akore iciza; narondere amahoro ayakurikirane+. 2 Petero 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ku bw’ivyo, bakundwa, ko murorereye ivyo bintu, mukore uko mushoboye kwose ngo impera n’imperuka aze abasange mutagirako agatosi+, mutagirako ikirabagu, muri mu mahoro+.
13 no kubiyumvira mu buryo burengeye ubudasanzwe, mu rukundo, kubera igikorwa cabo+. Mubane amahoro+.
17 Mugabo ubukerebutsi+ buva hejuru imbere ya vyose ni ubutanduye+, maze bukaba ubw’amahoro+, bugira ibitegereka+, bugabirije kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibusobanura abantu mu kugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+.
14 Ku bw’ivyo, bakundwa, ko murorereye ivyo bintu, mukore uko mushoboye kwose ngo impera n’imperuka aze abasange mutagirako agatosi+, mutagirako ikirabagu, muri mu mahoro+.