Gusubira mu vyagezwe 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ukwiye kwerekana ko utagira amahinyu kuri Yehova Imana yawe+. 2 Abakorinto 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko ndi n’ishari ku bwanyu, ishari riva ku Mana+, kuko ubwanje nasezeranye kubashingira ku mugabo umwe+ kugira ndabashikirize Kristu+ muri umwigeme w’isugi atanduye+.
2 Kuko ndi n’ishari ku bwanyu, ishari riva ku Mana+, kuko ubwanje nasezeranye kubashingira ku mugabo umwe+ kugira ndabashikirize Kristu+ muri umwigeme w’isugi atanduye+.