2 Samweli 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nzokwerekana ko ntagira amahinyu+ kuri yo,Kandi nzokwirinda ntihagire ikosa rimbako+. Zaburi 37:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yehova arazi imisi y’abantu batagira amahinyu+,Kandi intoranwa yabo izogumaho no gushika igihe kitagira urugero+. Matayo 5:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Mutegerezwa rero kuba abatagira akanenge, nk’uko So wo mw’ijuru atagira akanenge+. 2 Petero 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ku bw’ivyo, bakundwa, ko murorereye ivyo bintu, mukore uko mushoboye kwose ngo impera n’imperuka aze abasange mutagirako agatosi+, mutagirako ikirabagu, muri mu mahoro+.
18 Yehova arazi imisi y’abantu batagira amahinyu+,Kandi intoranwa yabo izogumaho no gushika igihe kitagira urugero+.
14 Ku bw’ivyo, bakundwa, ko murorereye ivyo bintu, mukore uko mushoboye kwose ngo impera n’imperuka aze abasange mutagirako agatosi+, mutagirako ikirabagu, muri mu mahoro+.