Ivyakozwe 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze mw’ijoro Paulo arerekwa+: umugabo umwe w’Umunyamakedoniya yari ahagaze amwinginga, ati: “Jabuka uze i Makedoniya, udufashe.” 2 Abakorinto 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nkako, igihe twashika i Makedoniya+, umubiri wacu nta gahengwe wigeze uronka+, ahubwo twashishikaye gutezwa amarushwa+ mu buryo bwose—inyuma hari intambara, imbere na ho ubwoba.
9 Maze mw’ijoro Paulo arerekwa+: umugabo umwe w’Umunyamakedoniya yari ahagaze amwinginga, ati: “Jabuka uze i Makedoniya, udufashe.”
5 Nkako, igihe twashika i Makedoniya+, umubiri wacu nta gahengwe wigeze uronka+, ahubwo twashishikaye gutezwa amarushwa+ mu buryo bwose—inyuma hari intambara, imbere na ho ubwoba.