2 Abakorinto 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ntituriko twongera kwishimagiza+ kuri mwebwe, ahubwo turiko tubaha akaryo ko kwirata mu bijanye natwe+, kugira muronke ico mwishura abiratira ibiboneka inyuma+, mugabo batiratira umutima+. 2 Abakorinto 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko tutubahuka kwishira muri bamwebamwe canke ngo twigereranye na bamwebamwe bishimagiza+. Abo mu vy’ukuri, mu kwipima kuri bo nyene ubwabo no mu kwigereranya na bo nyene ubwabo, nta bwenge bagira+.
12 Ntituriko twongera kwishimagiza+ kuri mwebwe, ahubwo turiko tubaha akaryo ko kwirata mu bijanye natwe+, kugira muronke ico mwishura abiratira ibiboneka inyuma+, mugabo batiratira umutima+.
12 Kuko tutubahuka kwishira muri bamwebamwe canke ngo twigereranye na bamwebamwe bishimagiza+. Abo mu vy’ukuri, mu kwipima kuri bo nyene ubwabo no mu kwigereranya na bo nyene ubwabo, nta bwenge bagira+.