Imigani 25:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kurya ubuki burenze urugero si vyiza+; kandi abantu guserangura ubuninahazwa bwabo bwite, mbega buba ari ubuninahazwa+? Imigani 26:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mbega uramaze kubona umuntu yibona ubwiwe ko ari inkerebutsi+? Hari icizigiro ku kijuju+ kuruta kuri uyo. Abagalatiya 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko nimba hari uwiyumvira ko hari ico ari kandi ari ubusa+, aba ariko arahenda umuzirikanyi wiwe. Abagalatiya 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko umwe wese yerekane ico igikorwa ciwe bwite kimaze+, ni ho azogira imvo yo kwirata ku bimuraba ubwiwe wenyene, atari mu kwigereranya+ n’uwundi.
27 Kurya ubuki burenze urugero si vyiza+; kandi abantu guserangura ubuninahazwa bwabo bwite, mbega buba ari ubuninahazwa+?
12 Mbega uramaze kubona umuntu yibona ubwiwe ko ari inkerebutsi+? Hari icizigiro ku kijuju+ kuruta kuri uyo.
4 Ariko umwe wese yerekane ico igikorwa ciwe bwite kimaze+, ni ho azogira imvo yo kwirata ku bimuraba ubwiwe wenyene, atari mu kwigereranya+ n’uwundi.