Ivyakozwe 18:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Bitayeko, kubera ko yashaka kujabuka akaja i Akaya, abavukanyi bandikira abigishwa, babahimiriza kumwakirana ubuntu. Nuko ashitseyo, afasha cane+ abari bemeye kubera ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana+;
27 Bitayeko, kubera ko yashaka kujabuka akaja i Akaya, abavukanyi bandikira abigishwa, babahimiriza kumwakirana ubuntu. Nuko ashitseyo, afasha cane+ abari bemeye kubera ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana+;