Yohani 5:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mugabo jewe ndafise intahe iruta iya Yohani, kuko ibikorwa nyene Dawe yanshinze kurangura, ibikorwa ubwavyo nkora+, binshingira intahe yuko Data yantumye. Yohani 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mugabo nimba ndiko ndabikora, naho mutanyemera, nimwemere ivyo bikorwa+, kugira ngo mumenye kandi mugume muzi yuko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe na we+.”
36 Mugabo jewe ndafise intahe iruta iya Yohani, kuko ibikorwa nyene Dawe yanshinze kurangura, ibikorwa ubwavyo nkora+, binshingira intahe yuko Data yantumye.
38 Mugabo nimba ndiko ndabikora, naho mutanyemera, nimwemere ivyo bikorwa+, kugira ngo mumenye kandi mugume muzi yuko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe na we+.”