Itanguriro 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku bw’ivyo Sarayi abwira Aburamu ati: “Ehe rero ndakwinginze! Yehova ntiyankundiye ko mvyara abana+. Ndakwinginze, uryamane n’umusukukazi wanje. Hari aho nomuronkako abana+.” Nuko Aburamu yumviriza ijwi rya Sarayi+. Abaroma 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ni ukuvuga ko abana b’umubiri+ atari bo bana b’Imana vy’ukuri+, ahubwo abana b’umuhango+ ni bo baharurwa nk’uruvyaro.
2 Ku bw’ivyo Sarayi abwira Aburamu ati: “Ehe rero ndakwinginze! Yehova ntiyankundiye ko mvyara abana+. Ndakwinginze, uryamane n’umusukukazi wanje. Hari aho nomuronkako abana+.” Nuko Aburamu yumviriza ijwi rya Sarayi+.
8 Ni ukuvuga ko abana b’umubiri+ atari bo bana b’Imana vy’ukuri+, ahubwo abana b’umuhango+ ni bo baharurwa nk’uruvyaro.