Ivyakozwe 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo aho hamariye kuba ugucanamwo be n’uguharira kutoroshe hagati yabo na Paulo na Barunaba, bashinga yuko Paulo na Barunaba n’abandi bo muri bo baduga ku ntumwa n’abagabo b’inararibonye i Yeruzalemu+ ku vyerekeye ivyo bihari.
2 Mugabo aho hamariye kuba ugucanamwo be n’uguharira kutoroshe hagati yabo na Paulo na Barunaba, bashinga yuko Paulo na Barunaba n’abandi bo muri bo baduga ku ntumwa n’abagabo b’inararibonye i Yeruzalemu+ ku vyerekeye ivyo bihari.