Ivyakozwe 11:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 kandi ivyo barabikoze, bayirungika ku bagabo b’inararibonye biciye ku kuboko kwa Barunaba na Sauli+. Ivyakozwe 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bariko baragenda baca mu bisagara, bagenda bashikiriza abaho ingingo zashinzwe zari zapfunditswe n’intumwa be n’abagabo b’inararibonye bari i Yeruzalemu, ngo bazubahirize+. Abagalatiya 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze inyuma y’imyaka cumi n’ine narongeye kuduga i Yeruzalemu+ ndi kumwe na Barunaba+, na Tito nyene ndamujana.
30 kandi ivyo barabikoze, bayirungika ku bagabo b’inararibonye biciye ku kuboko kwa Barunaba na Sauli+.
4 Bariko baragenda baca mu bisagara, bagenda bashikiriza abaho ingingo zashinzwe zari zapfunditswe n’intumwa be n’abagabo b’inararibonye bari i Yeruzalemu, ngo bazubahirize+.
2 Maze inyuma y’imyaka cumi n’ine narongeye kuduga i Yeruzalemu+ ndi kumwe na Barunaba+, na Tito nyene ndamujana.