Ivyakozwe 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nayo Barunaba+ na Sauli, bamaze gushitsa neza igikorwa co gutanga imfashanyo zo gutabara+ i Yeruzalemu, baragaruka, bahitana Yohani+, umwe batazira Mariko. Abagalatiya 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze inyuma y’imyaka cumi n’ine narongeye kuduga i Yeruzalemu+ ndi kumwe na Barunaba+, na Tito nyene ndamujana.
25 Nayo Barunaba+ na Sauli, bamaze gushitsa neza igikorwa co gutanga imfashanyo zo gutabara+ i Yeruzalemu, baragaruka, bahitana Yohani+, umwe batazira Mariko.
2 Maze inyuma y’imyaka cumi n’ine narongeye kuduga i Yeruzalemu+ ndi kumwe na Barunaba+, na Tito nyene ndamujana.