Ivyakozwe 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Paulo aserura icipfuzo c’uko uwo muntu yojana na we, ni kwo kumutora akamugenyera+ kubera Abayuda bari aho hantu, kuko bose uko bangana bari bazi yuko se wiwe ari Umugiriki.
3 Paulo aserura icipfuzo c’uko uwo muntu yojana na we, ni kwo kumutora akamugenyera+ kubera Abayuda bari aho hantu, kuko bose uko bangana bari bazi yuko se wiwe ari Umugiriki.