1 Abakorinto 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ku Bayuda rero nacitse nk’Umuyuda+, kugira ndonke Abayuda; ku bagabwa n’itegeko nacitse nk’uwugabwa n’itegeko+, naho jewe ubwanje ntagabwa n’itegeko+, kugira ndonke abagabwa n’itegeko.
20 Ku Bayuda rero nacitse nk’Umuyuda+, kugira ndonke Abayuda; ku bagabwa n’itegeko nacitse nk’uwugabwa n’itegeko+, naho jewe ubwanje ntagabwa n’itegeko+, kugira ndonke abagabwa n’itegeko.