Yohani 8:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 kandi muzomenya ukuri+, kandi ukuri kuzobagira abidegemvya+.” Yohani 8:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Umwana rero niyabagira abidegemvya, muzoba abidegemvya koko+. 2 Abakorinto 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yehova rero ni we Mpwemu+; kandi aho impwemu+ ya Yehova+ iri, ni ho haba umwidegemvyo+. Abagalatiya 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kristu yatugize abidegemvya+ ngo tugire mwene uwo mwidegemvyo. Shikame rero+, ntimwirekerane ngo mwongere kuboherwa ku ngǒgo* y’ubushumba+. 1 Petero 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mube nk’abantu bidegemvya+, yamara mufise umwidegemvyo wanyu, atari nk’igitwikiro co gupfuka ububi+, mugabo nk’abashumba b’Imana+.
5 Kristu yatugize abidegemvya+ ngo tugire mwene uwo mwidegemvyo. Shikame rero+, ntimwirekerane ngo mwongere kuboherwa ku ngǒgo* y’ubushumba+.
16 Mube nk’abantu bidegemvya+, yamara mufise umwidegemvyo wanyu, atari nk’igitwikiro co gupfuka ububi+, mugabo nk’abashumba b’Imana+.