2 Abakorinto 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nkako, murihanganira uwo wese abagira abaja+, uwo wese arotsa ivyanyu, uwo wese asahura ivyanyu, uwo wese yishira hejuru yanyu, uwo wese abakubita mu maso+. Abagalatiya 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo ubu ko mwamenye Imana, canke nako, ubu ko mwamenywe n’Imana+, mwongera gute gusubira ku bintu vy’intango vya goyigoyi+ kandi biteye akagongwe+, mugashaka kwongera kubishumbira+?
20 Nkako, murihanganira uwo wese abagira abaja+, uwo wese arotsa ivyanyu, uwo wese asahura ivyanyu, uwo wese yishira hejuru yanyu, uwo wese abakubita mu maso+.
9 Mugabo ubu ko mwamenye Imana, canke nako, ubu ko mwamenywe n’Imana+, mwongera gute gusubira ku bintu vy’intango vya goyigoyi+ kandi biteye akagongwe+, mugashaka kwongera kubishumbira+?