Abaroma 8:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ni nde azodutandukanya n’urukundo rwa Kristu+? Mbega ni amakuba, canke amarushwa, canke uruhamo, canke inzara, canke ukugenda gusa, canke akaga, canke inkota+?
35 Ni nde azodutandukanya n’urukundo rwa Kristu+? Mbega ni amakuba, canke amarushwa, canke uruhamo, canke inzara, canke ukugenda gusa, canke akaga, canke inkota+?