Abaroma 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ni ko na twebwe, naho turi benshi, turi umubiri umwe+ mu bumwe na Kristu, mugabo umwe wese akaba igihimba ca mugenziwe+. Abanyefeso 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 no kugira ngo asubirize hamwe+ rwose Imana ivyo bisata vyompi mu mubiri umwe+ biciye kuri ca giti co kubabarizwako+, kubera ko yari yishe ubwo bwankanyi+ biciye kuri we nyene.
5 ni ko na twebwe, naho turi benshi, turi umubiri umwe+ mu bumwe na Kristu, mugabo umwe wese akaba igihimba ca mugenziwe+.
16 no kugira ngo asubirize hamwe+ rwose Imana ivyo bisata vyompi mu mubiri umwe+ biciye kuri ca giti co kubabarizwako+, kubera ko yari yishe ubwo bwankanyi+ biciye kuri we nyene.