Abaheburayo 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ico cizigiro+ tugifise nk’inanga y’ubwato y’ubuzima, kikaba ari ntakekeranywa n’ikitanyiganyiga, kandi kirinjira imbere muri rya rido+, Yakobo 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo nagume asaba+ yizeye, adakekeranya na gatoyi+, kuko uwukekeranya ameze nk’umupfunda w’ikiyaga ukubebwa n’umuyaga+ kandi ukazungazungishwa irya n’ino.
19 Ico cizigiro+ tugifise nk’inanga y’ubwato y’ubuzima, kikaba ari ntakekeranywa n’ikitanyiganyiga, kandi kirinjira imbere muri rya rido+,
6 Mugabo nagume asaba+ yizeye, adakekeranya na gatoyi+, kuko uwukekeranya ameze nk’umupfunda w’ikiyaga ukubebwa n’umuyaga+ kandi ukazungazungishwa irya n’ino.