1 Yohani 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Bana bato, dukundane+, atari mu majambo canke ku karimi+, ahubwo mu bikorwa+ no mu kuri+.