Yesaya 63:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo bo baragararije+, bababaza impwemu nyeranda yiwe+. Yaciye ahinduka umwansi+ wabo, we ubwiwe arabarwanya+. 2 Abakorinto 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ko dukorana na we+, turabinginga rero ngo ntimwemere ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana hanyuma ngo muhushe intumbero yabwo+. 1 Abatesalonika 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ntimuzimye umuriro w’impwemu+.
10 Mugabo bo baragararije+, bababaza impwemu nyeranda yiwe+. Yaciye ahinduka umwansi+ wabo, we ubwiwe arabarwanya+.
6 Ko dukorana na we+, turabinginga rero ngo ntimwemere ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana hanyuma ngo muhushe intumbero yabwo+.