Abakolosayi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ariko ubu, nimuvyikunkumure koko vyose+: uburake, ishavu, ububi, ugutukana+, n’amajambo ateye isoni+ ava mu kanwa kanyu.
8 Ariko ubu, nimuvyikunkumure koko vyose+: uburake, ishavu, ububi, ugutukana+, n’amajambo ateye isoni+ ava mu kanwa kanyu.