Tito 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kutagira uwo bavuga nabi, kutaba abakunda kurwana+, kuba abagira ibitegereka+, berekana ubwitonzi bwose ku bantu bose+.
2 kutagira uwo bavuga nabi, kutaba abakunda kurwana+, kuba abagira ibitegereka+, berekana ubwitonzi bwose ku bantu bose+.