Abaroma 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi mureke gushushanywa n’ivy’iki gihe*+, ahubwo muhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ukaba musha+, kugira mwiyemeze neza+ ukugomba+ kw’Imana kwiza, kwemerwa kandi kutagira akanenge ukwo ari kwo. Abafilipi 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mwiyemeze neza ibihambaye kuruta ibindi ivyo ari vyo+, ngo mubone kuba abatagira agahonzi+ mudatsitaza+ abandi gushika ku musi wa Kristu,
2 Kandi mureke gushushanywa n’ivy’iki gihe*+, ahubwo muhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ukaba musha+, kugira mwiyemeze neza+ ukugomba+ kw’Imana kwiza, kwemerwa kandi kutagira akanenge ukwo ari kwo.
10 kugira ngo mwiyemeze neza ibihambaye kuruta ibindi ivyo ari vyo+, ngo mubone kuba abatagira agahonzi+ mudatsitaza+ abandi gushika ku musi wa Kristu,