Abanyefeso 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ari ryo ry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa mu bandi bakaba n’ibihimba bisangiye umubiri+ be n’abasangira natwe wa muhango+ mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza. Abaheburayo 12:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 mw’ikoraniro rya bose+, be n’ishengero ry’imfura+ zanditswe+ mw’ijuru, n’Imana yo Mucamanza wa bose+, n’ubuzima bw’impwemu+ bw’abagororotsi bagizwe abatagira akanenge+,
6 ari ryo ry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa mu bandi bakaba n’ibihimba bisangiye umubiri+ be n’abasangira natwe wa muhango+ mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza.
23 mw’ikoraniro rya bose+, be n’ishengero ry’imfura+ zanditswe+ mw’ijuru, n’Imana yo Mucamanza wa bose+, n’ubuzima bw’impwemu+ bw’abagororotsi bagizwe abatagira akanenge+,