Luka 9:62 Bibiliya y’isi nshasha 62 Yezu amubwira ati: “Nta muntu ashize ukuboko kw’isuka irimishwa n’ibitungwa+ araba ibiri inyuma+, abereye ubwami bw’Imana.”
62 Yezu amubwira ati: “Nta muntu ashize ukuboko kw’isuka irimishwa n’ibitungwa+ araba ibiri inyuma+, abereye ubwami bw’Imana.”