Yohani 18:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yezu yishura+ ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si+. Iyo ubwami bwanje buba ari ubwo muri iyi si, abasuku banje bari kurwana+ ngo sinshikirizwe Abayuda. Ariko noneho, ubwami bwanje ntibukomoka ino.” Abanyefeso 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi yatuzuriye+ hamwe, itwicarika hamwe mu bibanza vyo mw’ijuru+ mu bumwe na Kristu Yezu, Abakolosayi 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko nimba mwarazuranywe+ na Kristu, nimubandanye kurondera ibintu vyo hejuru+, aho Kristu yicaye iburyo bw’Imana+.
36 Yezu yishura+ ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si+. Iyo ubwami bwanje buba ari ubwo muri iyi si, abasuku banje bari kurwana+ ngo sinshikirizwe Abayuda. Ariko noneho, ubwami bwanje ntibukomoka ino.”
3 Ariko nimba mwarazuranywe+ na Kristu, nimubandanye kurondera ibintu vyo hejuru+, aho Kristu yicaye iburyo bw’Imana+.