Abakolosayi 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vyongeye, amahoro+ ya Kristu naganze mu mitima yanyu+, kuko vy’ukuri mwahamagariwe ayo mahoro mu mubiri umwe+. Kandi mwerekane ko mushima.
15 Vyongeye, amahoro+ ya Kristu naganze mu mitima yanyu+, kuko vy’ukuri mwahamagariwe ayo mahoro mu mubiri umwe+. Kandi mwerekane ko mushima.