Abanyefeso 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Biciye ku mubiri wiwe+ yarakuyeho bwa bwankanyi+, rya Tegeko ry’amabwirizwa rigizwe n’ingingo zashinzwe+, kugira ngo vya bisata bibiri+ abirememwo umuntu mushasha umwe+ mu bumwe na we, agarukane amahoro;
15 Biciye ku mubiri wiwe+ yarakuyeho bwa bwankanyi+, rya Tegeko ry’amabwirizwa rigizwe n’ingingo zashinzwe+, kugira ngo vya bisata bibiri+ abirememwo umuntu mushasha umwe+ mu bumwe na we, agarukane amahoro;