Abanyefeso 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 hejuru cane y’intwaro zose n’ububasha bwose n’ubushobozi bwose n’ubutware bwose+ n’amazina yose avugwa+, atari muri iki gihe*+ gusa, ariko no mu kizoza+. Abakolosayi 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko biciye kuri we+ ari ho ibindi bintu vyose vyaremwe mw’ijuru no kw’isi, ibiboneka n’ibitaboneka, zaba intebe z’ubwami canke ubutware canke intwaro canke ububasha+. Ibindi bintu vyose vyaremwe biciye kuri we+ kandi biremerwa we. 1 Petero 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Uyo ari iburyo bw’Imana+, kuko yigiriye mw’ijuru; kandi abamarayika+ n’ubukuru n’ububasha yarabihawe ngo abiganze+.
21 hejuru cane y’intwaro zose n’ububasha bwose n’ubushobozi bwose n’ubutware bwose+ n’amazina yose avugwa+, atari muri iki gihe*+ gusa, ariko no mu kizoza+.
16 kuko biciye kuri we+ ari ho ibindi bintu vyose vyaremwe mw’ijuru no kw’isi, ibiboneka n’ibitaboneka, zaba intebe z’ubwami canke ubutware canke intwaro canke ububasha+. Ibindi bintu vyose vyaremwe biciye kuri we+ kandi biremerwa we.
22 Uyo ari iburyo bw’Imana+, kuko yigiriye mw’ijuru; kandi abamarayika+ n’ubukuru n’ububasha yarabihawe ngo abiganze+.