Abaroma 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi mureke gushushanywa n’ivy’iki gihe*+, ahubwo muhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ukaba musha+, kugira mwiyemeze neza+ ukugomba+ kw’Imana kwiza, kwemerwa kandi kutagira akanenge ukwo ari kwo. Abanyefeso 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 mukambara+ wa muntu mushasha+ yaremwe+ hisunzwe ukugomba kw’Imana mu bugororotsi+ bw’ukuri no mu kudahemuka kw’ukuri.
2 Kandi mureke gushushanywa n’ivy’iki gihe*+, ahubwo muhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ukaba musha+, kugira mwiyemeze neza+ ukugomba+ kw’Imana kwiza, kwemerwa kandi kutagira akanenge ukwo ari kwo.
24 mukambara+ wa muntu mushasha+ yaremwe+ hisunzwe ukugomba kw’Imana mu bugororotsi+ bw’ukuri no mu kudahemuka kw’ukuri.