Abaroma 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Urukundo+ ntirukorera ikibi umugenzi+; urukundo rero ni ryo ranguka ry’itegeko+. 1 Yohani 3:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Egome, iri ni ryo bwirizwa ryayo: ni uko twizera izina ry’Umwana wayo Yezu Kristu+ kandi tugakundana+, nk’uko yabidutegetse.
23 Egome, iri ni ryo bwirizwa ryayo: ni uko twizera izina ry’Umwana wayo Yezu Kristu+ kandi tugakundana+, nk’uko yabidutegetse.