Ivyakozwe 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amaze kuvuga ivyo, bakiriko bararaba, araduzwa+ hanyuma igicu kiramupfuka, ntibaba bakimubona+. 2 Abakorinto 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo turagira umutima rugabo kandi tugahimbarwa riho no kuba kure y’umubiri kugira ngo tuje kubana n’Umukama+. Abafilipi 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ivyo bibiri birandemera+; mugabo ico nipfuza koko ni ukubohorwa be n’ukubana na Kristu+, kuko nkako ico ari co kirushirije kuba ciza+.
8 Mugabo turagira umutima rugabo kandi tugahimbarwa riho no kuba kure y’umubiri kugira ngo tuje kubana n’Umukama+.
23 Ivyo bibiri birandemera+; mugabo ico nipfuza koko ni ukubohorwa be n’ukubana na Kristu+, kuko nkako ico ari co kirushirije kuba ciza+.