Yohani 12:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nimba umuntu ashaka kunkorera, nankurikire, kandi aho ndi ni ho n’umusuku wanje azoba+. Nimba umuntu ashaka kunsukurira, Data azomutera iteka+. Yohani 17:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Data, ku co wampaye, nshaka yuko aho ndi, na bo haba ari ho baba kumwe nanje+, kugira ngo babone ubuninahazwa bwanje wampaye, kubera ko wankunze imbere y’ishingwa+ ry’isi+. 2 Abatesalonika 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ariko ga bene wacu, ku bijanye n’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu Kristu be n’ugukoranirizwa hamwe kwacu ngo tube kumwe na we+, tubasavye
26 Nimba umuntu ashaka kunkorera, nankurikire, kandi aho ndi ni ho n’umusuku wanje azoba+. Nimba umuntu ashaka kunsukurira, Data azomutera iteka+.
24 Data, ku co wampaye, nshaka yuko aho ndi, na bo haba ari ho baba kumwe nanje+, kugira ngo babone ubuninahazwa bwanje wampaye, kubera ko wankunze imbere y’ishingwa+ ry’isi+.
2 Ariko ga bene wacu, ku bijanye n’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu Kristu be n’ugukoranirizwa hamwe kwacu ngo tube kumwe na we+, tubasavye