Yohani 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kugira ngo baronke ubuzima budahera+, ni uko baguma bironsa ubumenyi+ bwerekeye wewe, Imana yonyene y’ukuri+, n’ubwerekeye uwo watumye, Yezu Kristu+. 1 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.
3 Kugira ngo baronke ubuzima budahera+, ni uko baguma bironsa ubumenyi+ bwerekeye wewe, Imana yonyene y’ukuri+, n’ubwerekeye uwo watumye, Yezu Kristu+.
4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.