1 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+. 1 Abatesalonika 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko bo ubwabo baguma bavuga ukuntu twinjiye iwanyu ari bwo bwa mbere be n’ingene mwahindukiriye Imana mugaheba ibigirwamana+ vyanyu kugira ngo mushumbire ya Mana nzima+ kandi y’ukuri+, 1 Yohani 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo turazi yuko Umwana w’Imana yaje+, kandi yaraduhaye ubushobozi bwo gutegera+ kugira ngo tumenye imwe y’ukuri+. Kandi twunze ubumwe+ n’imwe y’ukuri, biciye ku Mwana wayo Yezu Kristu. Iyo ni yo Mana y’ukuri+ n’ubuzima budahera+.
4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.
9 Kuko bo ubwabo baguma bavuga ukuntu twinjiye iwanyu ari bwo bwa mbere be n’ingene mwahindukiriye Imana mugaheba ibigirwamana+ vyanyu kugira ngo mushumbire ya Mana nzima+ kandi y’ukuri+,
20 Mugabo turazi yuko Umwana w’Imana yaje+, kandi yaraduhaye ubushobozi bwo gutegera+ kugira ngo tumenye imwe y’ukuri+. Kandi twunze ubumwe+ n’imwe y’ukuri, biciye ku Mwana wayo Yezu Kristu. Iyo ni yo Mana y’ukuri+ n’ubuzima budahera+.