1 Abakorinto 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko rero, bakundwa banje, muhunge+ ugusenga ibigirwamana+. 1 Abakorinto 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Murazi yuko igihe mwari abanyamahanga+, mwajanwa kuri vya bigirwamana+ bitavuga+, nk’uko nyene mwajanwa. Abagalatiya 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yamara rero, igihe mutari muzi Imana+, mwari mushumbiye ibisanzwe atari imana+. 1 Yohani 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bana bato, mwirinde ibigirwamana+.
2 Murazi yuko igihe mwari abanyamahanga+, mwajanwa kuri vya bigirwamana+ bitavuga+, nk’uko nyene mwajanwa.