ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 1:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 abo mbere ukuri+ kw’Imana bagukavye ikinyoma+, bagasenga bakongera bagakorera igikorwa ceranda ikiremwa aho kubigirira Uwaremye, ari we ahezagirwa ibihe vyose. Amen.

  • 1 Abakorinto 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Murazi yuko igihe mwari abanyamahanga+, mwajanwa kuri vya bigirwamana+ bitavuga+, nk’uko nyene mwajanwa.

  • 1 Abatesalonika 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko bo ubwabo baguma bavuga ukuntu twinjiye iwanyu ari bwo bwa mbere be n’ingene mwahindukiriye Imana mugaheba ibigirwamana+ vyanyu kugira ngo mushumbire ya Mana nzima+ kandi y’ukuri+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika