1 Abatesalonika 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko mwebwe ubwanyu muzi neza cane yuko umusi+ wa Yehova uzoza neza na neza nk’igisuma mw’ijoro+. 2 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 murorera+ kandi mwamiza hafi ku muzirikanyi ukuhaba kw’umusi wa Yehova+, kubera wo amajuru akazoyagishwa n’ugusha+, n’ibintu bikazoshongeshwa n’ugushuha gukaze! Ivyahishuwe 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kuko umusi uhambaye+ w’uburake+ bwabo uje, kandi ni nde ashobora guhagarara+?”
12 murorera+ kandi mwamiza hafi ku muzirikanyi ukuhaba kw’umusi wa Yehova+, kubera wo amajuru akazoyagishwa n’ugusha+, n’ibintu bikazoshongeshwa n’ugushuha gukaze!