Malaki 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi mwebwe abatinya izina ryanje izuba ry’ubugororotsi rizobarasira koko+, riri n’ugukiza mu mababa yaryo+; namwe muzosohoka vy’ukuri mwikina amatavu nk’inyana zadoheshejwe+.”
2 Kandi mwebwe abatinya izina ryanje izuba ry’ubugororotsi rizobarasira koko+, riri n’ugukiza mu mababa yaryo+; namwe muzosohoka vy’ukuri mwikina amatavu nk’inyana zadoheshejwe+.”