Abakolosayi 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mugende nk’uko bibereye+ Yehova+ ngo mumushimishe bimwe bishitse, uko mubandanya kwama ivyamwa mu gikorwa ciza cose+ no kugwira mu bumenyi butagira amakosa+ bw’Imana, 1 Petero 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo mu kintu babavugamwo nabi nk’inkozi z’ibibi, bivuye ku bikorwa vyanyu vyiza+ bibonera, baninahaze Imana ku musi w’igendura ryayo+.
10 kugira ngo mugende nk’uko bibereye+ Yehova+ ngo mumushimishe bimwe bishitse, uko mubandanya kwama ivyamwa mu gikorwa ciza cose+ no kugwira mu bumenyi butagira amakosa+ bw’Imana,
12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo mu kintu babavugamwo nabi nk’inkozi z’ibibi, bivuye ku bikorwa vyanyu vyiza+ bibonera, baninahaze Imana ku musi w’igendura ryayo+.