ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 8:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Mwebwe muva kuri so Shetani*+, kandi mushaka gushitsa ivyipfuzo vya so+. Uwo yari umwicanyi kuva mu ntango+, kandi ntiyashikamye mu kuri, kuko ukuri kutari muri we. Iyo avuga ikinyoma, avuga nk’uko agatima kiwe bwite kari, kuko ari umunyakinyoma akaba na se w’ikinyoma+.

  • 2 Abakorinto 11:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mugabo nka kumwe ya nzoka yaryosharyosha Eva+ ikoresheje urwenge rwayo, ndatinya yuko hari ukuntu imizirikanyi yanyu yohava yononekara+ ikava ku kutagira uburyarya n’ukutandura bibereye Kristu+.

  • Abanyefeso 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu*+ vy’iyi si, mwisunga umutware+ w’ububasha bw’ikirere, ya mpwemu+ ubu ikorera mu bana b’ubugambarazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika