Yesaya 38:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze ijambo+ rya Yehova riza kuri Yesaya, riti: Ivyakozwe 8:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko rero, bamaze gushinga intahe bimwe binogangije no kuvuga ijambo rya Yehova, basubira i Yeruzalemu, bamenyesha inkuru nziza ibigwati vyinshi vy’Abasamariya+. Ivyakozwe 15:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ariko Paulo na Barunaba babandanya kumara igihe i Antiyokiya+ bigisha bongera bamenyesha inkuru nziza y’ijambo rya Yehova, bari kumwe n’abandi benshi nyene+. 1 Abatesalonika 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Uko biri, si uko gusa ijambo rya Yehova+ ryasamiranye i Makedoniya n’i Akaya rivuye i wanyu, ahubwo ukwizera kwanyu+ kwerekeye Imana kwarakwiragiye hose+, ku buryo tudakeneye kugira ico tuvuze. 1 Petero 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 mugabo ijambo rya Yehova ryamaho ibihe vyose+.” Erega, iryo ni ryo “jambo+” mwamenyeshejwe+ ry’inkuru nziza.
25 Nuko rero, bamaze gushinga intahe bimwe binogangije no kuvuga ijambo rya Yehova, basubira i Yeruzalemu, bamenyesha inkuru nziza ibigwati vyinshi vy’Abasamariya+.
35 Ariko Paulo na Barunaba babandanya kumara igihe i Antiyokiya+ bigisha bongera bamenyesha inkuru nziza y’ijambo rya Yehova, bari kumwe n’abandi benshi nyene+.
8 Uko biri, si uko gusa ijambo rya Yehova+ ryasamiranye i Makedoniya n’i Akaya rivuye i wanyu, ahubwo ukwizera kwanyu+ kwerekeye Imana kwarakwiragiye hose+, ku buryo tudakeneye kugira ico tuvuze.
25 mugabo ijambo rya Yehova ryamaho ibihe vyose+.” Erega, iryo ni ryo “jambo+” mwamenyeshejwe+ ry’inkuru nziza.